CUBAHIRO ENTERTAINMENT
All with God🙏
Olegue Boy Sound O.l.g
17/07/2026
https://youtu.be/iNg9YriDw6o?si=DQpDI3Hk96iDrHUb
🙏Jewe nsincagura mu gushigikira burimuntu 🙏nuko mba mbona ubwitange bw'umuntu🙏nuko ashoboye🙏🙏iyi Ndirimbo wokwibaza ngo Ni *Jay Melody* Kandi ari umurundi🤓
CUBAHIRO ENTERTAINMENT
Umenibana P dran Video Official video 4K Artist:P-dransong Title:UmenibanaAudio Producer:Nel-gDirected By...
Senga kubwo kubaha Imana apana gusenga kubwo gutinya kuja mu muriro
CUBAHIRO ENTERTAINMENT
Strong Boy Kirura uyu muririmvyi mumfashe tuze tumufashe kumenyekanisha na cane cane ku Ndirimbo yiwe yise azosohora munsi was gatanu (5) ku rubuga rwiwe rwa
Pls ndagusavye ukande kuri iyi Link 👇👇
https://youtube.com/shorts/awesZ08Pf4I?si=QczXMpfJQf5P2zdl
Pls subscribe to singer Boy
14/07/2026
Uyu munsi igenekerezo rya 14/7/2026 niho mwakwiye abantu ibihumbi bitatu mudukurikirana Kandi n'umutima mwiza wanyu atagahato kabirimwo
Tubashimiye kubwitange bwanyu🙏
Tubashimiye kurukundo rwanyu💖
Tubashimiye kuri support yanyu🙏
Tubashimiye cane ku mutima mwiza want💖🙏
Tubashimiye Kandi kuba muzokomeza kudushigikira🙏💖
Iri Ni iteka ridasanzwe kubona abantu badukunda bingana uku
Turabakunda cane muzakomerezaho
Imana ibahe Umugisha🙏💖
🙏
Link muri commentaire
11/07/2026
Izile arabajije ati:Hagati y'amazina 3 y'indirimbo asohore iyahe??
1.
2.
3. MWISITE
MUMUFASHE GUTORA TITLE 😍
Pasteur atabintu azi
06/07/2026
Ivyo mwogira vyose mumenye ko mu banyamuziki bo ngaha I Ngozi uyu Ari muri 4 ba mbere bemerwa cane nkanaha respect🫡 mwite uhejeje urenzeko akazina (Kirura) Strong Boy Kirura
Uyu musolait afise indirimbo yiwe nshasha yise nkaba ndabatumiye kuri Channel yiwe mubanze mukore subscribe Imbere yuko ayipostinga 🙏🙏
CUBAHIRO ENTERTAINMENT
uyu mwana ngo Ni mutoyi was Diez Dola??
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Website
Address
Bujumbura