FINGI
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from FINGI, Bujumbura, Gitega.
16/08/2026
Nimba yavuze ko Atari umurundikazi ahubwo Ari umu francakazi kandi yavukiye muri France ๐ซ๐ท wewe urinde wokubihakana? ๐คฃ mwaravukanye? igihe yavuka warabona? nimuceceke siwe mubeshi wambere yibesheye ๐คฃ
16/08/2026
Mushaka Mwovyemera Jewe Twarahuriye na muri FRANCE
๐คช๐๐ฅฐ๐ค
15/08/2026
Le 19โ23 aoรปt ๐ง๐ฎ๐
Duhirire kuri ๐ Volleyball World Beach Pro Tour โ Bujumbura Futures 2026! ๐๐ฅ
FINGI ๐ง๐ฎ๐
14/08/2026
Turashima kuba vyose vyagenze neza ๐ค
Cheval avuze kuri Pamella na
Umve ivyo Kirikou A Kili abwiye
Mbe umwana wa yagiye hehe?
Yagiye gukorayiki?
๐๐๐...
Click here to claim your Sponsored Listing.
Contact the business
Telephone
Website
Address
Bujumbura
Gitega