Twivuze ibimera, twivure n'amarozi
Niwaba ufise Ingwara ikurembeje twakure tuguhe ububasha, dushobora kugukorera umuti w'indwara iyariy Si vous êtes chaumeur, n'hésitez pas à nous contacter
01/05/2026
IKIBAZO C'INKOKO ZIRYA AMAGI YAZO
Inkoko zirya amagi impamvu:
Kubura calcium.
Kubura vitamini (A, D3, E, groupe B)
Kutagira ivyunyunyu (minéraux) mumubiri.
Umuhangayiko (Stres).
Iyo umubiri w'inkoko ubuze intungamubiri zikenewe, inkoko ikora ibishoboka vyose ikazironderera ahandi ikoresheje ubwenge bwayo, ahantu iyaronka vyihuse Kandi vyoroshe ni mumagi.
Uruhare rwa vitamini.
Vitamini:
Zifasha umubiri gukoresha neza calcium.
Zongereza inguvu mumubiri (metabolism).
Zigabanya umuhangayiko n’ihungabana.
Zishigigira guta amagi bisanzwe.
➡️ MENYA NEZA : inkoko zibuze ivyo kurya zihereza amagi yazo.
⚠️ ICITONDERWA: vitamini yonyene ntikwiye.
Mugihe imfungurwa z’inkoko ari mbi canke zidakwije ivyankenerwa, ikibazo cokurya amagi gishobora kiguma cisubiriza.
Vitamini zifise uruhare runini mu gukosora ikibazo c'inkoko zirya amagi yazo, ariko inyishu ikwiye yico kibazo ni ukuziha Imfungurwa zikwije ivyankenerwa kandi zifungure zihage hamwe nogukurikirana neza ubworozi bwawe.
Muri société Machepele poultry farmer tukwigisha gukinga ivyobibazo vyose ywadondaguye. Twegere tugufashe kugwiza umwimbu.
Fyonda canke 'aime tubandanye dukorana
Utilise ce lien pour intégrer mon groupe WhatsApp : https://chat.whatsapp.com/B8ew6clgwQYBQLLGHmlvad?mode=gi_t
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
Ruyigi