Vital niyukuri page
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Vital niyukuri page, Health/Beauty, Rutana/bujumbura, Bujumbura.
24/10/2025
🚨 Courtois : "Dutegerezwa kwitegurira Clasico muvyerekeye imikenyuro. Dutegerezwa kurondera uburyo tubagirira nabi, no kuraba abakinyi babo bashobora kutugirira nabi." ✅⚔️
🛑🚨⚠️Muri REAL MADRID barumvise amajambo LAMINE YAMAL yaraye avuze kandi ntibayishimiye
Kubwa Marca, Abakinyi ba Real Madrid barambiwe Lamine Yamal kandi bizera yuko ari umukinyi mubi wo kubana canke gukinana
Bizera yuko kumbure kubera imyaka yiwe mike, atubahiriza amategeko agenga abakinyi b'abanyamwuga
Bizera ko amajambo yaraye avuze ari ayo ubujuju hamwe n'ubunyamwuga buke
Kizigenza w'umugwi, Dani Carvajal azomuganiriza urukino rwa El Clasico rurangiye kuwa Mungu kugira amwihanize
LAMINE YAMAL yaraye avuze ngwiki??
Ejo mu kiganiro n'umu Streamer w'umunya Espanye, Ibai Llanos, Lamine Yamal yavuze :
" Real Madrid bariba ( iyindi migwi mu nkino ) hanyuma bakidoga. Ivyo nivyo bakora."
👀
24/10/2025
24/10/2025
04/09/2023
Urutonde rwabakinyi 24 b,intamba murugamba bagiye gutana mumitwe na Cameroon igenekerezo rya 12/09/2023
02/09/2023
Cameroon vs burundi le 12/09/2023
22/02/2023
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Rutana/bujumbura
Bujumbura